• Sun. Jun 2nd, 2024

Ngo yiteguye kumena amaraso nokuba umunyagitugu kugira ngo arengere ubusugire bwa RDC

  • Home
  • Perezida Félix Tshisekedi, yavuze ko yiteguye kumena amaraso nokuba umunyagitugu kugira ngo arengere ubusugire bwa RDC.

Perezida Félix Tshisekedi, yavuze ko yiteguye kumena amaraso nokuba umunyagitugu kugira ngo arengere ubusugire bwa RDC.

Bitunguranye umukuru w’igihugu ca RDC, Félix Tshisekedi, yatangaje ko ku bwoguharanira ko igihugu ce kigira icubahiro yiteguye kuba umunyagitugu no kumena amaraso y’abantu. Uyu mukuru w’igihugu ca RDC bwana Tshisekedi,…