Kurikiza inama abahanga batanga niba ushaka kubyara impanga(amahashya).
September 20, 2024
Hagaragajwe amakosa abantu bakora agatuma bahora mu bukene.
September 20, 2024
Umusirikare wo mu Ngabo za Repubulika ya Demokarasi ya Congo, uvuka mu bwoko bwa Banyamulenge, yafunzwe i Kinshasa, Colonel Gereyadi.
Nk’uko bya vuzwe n’uko Colonel Gereyadi, yafunganwe n’abandi basirikare benshi bataramenyekana amazina, hakaba hafunzwe n’u Munyamulengekazi, witwa Esper, ukora akazi k’u bucuruzi.
Ayamakuru avuga ko Colonel Gereyadi, n’abo bafunganwe bafatiwe mw’ikambi y’igisikare ca FARDC, izwi kw’izina rya Kokolo, ikaba iherereye muri Kinshasa, k’u murwa mukuru w’igihugu ca RDC.
Amakuru MCN, dukesha bamwe mu basirikare b’i Gihugu ca Repubulika ya Demokarasi ya Congo, bagize bati: “Colonel Gereyadi, n’abagenzi be, bafashwe igihe c’isaha za saa munani 2h, z’igitondo cyo kuri uyu wa Mbere, tariki ya 01/12/2023, bafatirwa muri Camp ya Gisirikare ya Kokolo.”
Yakomeje avuga ati: “Gereyadi, y’aba azize ubwoko bwe. Gusa ik’i by’i hishe inyuma nti kiramenyekana, k’uko yafunganwe n’Abasirikare ba Katanyama. Ikindi kandi, Esper, ukora akazi k’u bu curuzi, akaba acyururiza mu gihugu cya Congo-Brazzaville, na Congo-Kinshasa, nawe bafunganwe.”
Amakuru yizewe avuga ko bariya basirikare, n’u mudamu w’u Munyamulenge, Esper, ba fungiwe mw’iperereza rya Gisirikare r’izwi nka “Demiap,” iherereye mu Mujyi wa Kinshasa.
Kugeza ubu ntacyo umuvugizi w’igisirikare cya RDC, arabitangazaho.
Bruce Bahanda.
Amakuru yizewe Kandi azira igihe ntahandi wayasanga atari kuri Minembwe Capital News. Tubagezaho Amakuru yomubiyaga bigari ndetse nohirya nohino kw'Isi. Murakaze neza mwese Kuri Minembwe Capital News.
© 2024 Minembwe Capital News- Amakuru yizewe.
© 2024 Minembwe Capital News- Amakuru yizewe.